2 Korinto 11:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nzobandanya nkora igikorwa canje muri mwebwe kugira ngo mbuze icitwazo abarondera ivyitwazo vyo kwirata ko bangana natwe mu vyo dukora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Arikw ivyo nkora nzoshishikara kubikora, kugira ngo mbuze inyanduruko abagomba inyanduruko yo kuboneka nkatwe mu vyo birata. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |