2 Korinto 10:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Dusambura ivyiyumviro bibi vyose vyishize hejuru mu kubuza abantu kumenya Imana, tugafata mpiri ivyiyumviro vy’abagarariji vyose tukabashikana ku kwubaha Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 dushingūra impāri n’igishizwe hejuru cose, kihashiriwe kurwanya ukumenya Imana, dufata mpiri ivyiyumvirwa mu mitima vyose, ngo tubigomōrere Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |