2 Korinto 10:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 kuko uwirata atari we yemerwa, ariko hemerwa uwushimwe n’Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Kuk’ uwishimagiza atari we yemerwa, ariko hemerwa uw’ Umwami wacu ashimagiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Iyo mibabaro iriho kugira ngo ipime ukwizera kwanyu yerekane ko ari ukw’ukuri. Kurya inzahabu ishira igeragereshwa umuriro kugira ngo igaragare ko ari iy’ukuri, ni ko biri no ku kwizera kwanyu. Gufise agaciro kanini cane kurusha ak’inzahabu, ni co gituma gupimwa kugira ngo nikwamara kurama, kuze kubazanire ubwiza, gushimwa n’icubahiro ku musi Yesu Kristo azohishurirwa isi yose.