Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 10:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Nk’uko Ivyanditswe bivuga, “Uwirata wese yirate ko yamenye Umwami Yesu,”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arik’ uwirata yirate Uhoraho.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 10:17
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi si ivyo vyonyene, ubu dufise umunezero kubera imigenderanire myiza dufitaniye n’Imana kuko Umwami wacu Yesu Kristo yatwujuje na yo.


Ivyo yabikoze kugira ngo ntihagire n’umwe agira ico yirata imbere y’Imana.


Ni co gituma handitswe ngo: “Uwirata wese yirate ko yamenye Umwami Yesu.”


Kuko, twebwe dusengera Imana muri Mpwemu, tukirata Kristo Yesu, kandi ntitwishimire ivy’umubiri, ni twebwe twakebwe vy’ukuri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ