Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 10:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 kugira ngo dushobore kuvuga Ubutumwa Bwiza mu yandi mahanga. Ni ho tutazokwirata ibikorwa vyakozwe n’abandi mu ntara zabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 tuvuge ubutumwa bgiza mu bihugu biri hirya yanyu, kugira ngo twoye kwirata ivyo dusanze bīteguye, ahāgerewe uwundi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 10:16
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Inyuma y’ivyo, Pawulo, asunitswe na Mpwemu, aca afata ingingo yo kuja i Yerusalemu, aciye i Makedoniya no muri Akaya. Yavuga ati: “Mvuyeyo, ntegerezwa guca nja i Roma.”


Ico namye nipfuza kwari ukuvuga Ubutumwa Bwiza ahantu izina rya Kristo ritarigera rivugwa, kugira ngo sinubake ku rufatiro rwashizweho n’uwundi muntu.


Mbega nakoze icaha aho nicisha bugufi kugira ngo ndabakuze mu kubabwira Ubutumwa Bwiza bw’Imana ata co ndabasavye?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ