Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 1:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Mu vy’ukuri, twumva ko twaciriwe urwo gupfa. Ariko ivyo vyabaye kugira ngo tureke kwizigira inkomezi zacu, ariko twizere Imana izura abapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 kandi tumenyeshwa mu mitima yuko duciriwekw iteka ryo gupfa, kugira ngo ntitwiyizigire ubgacu, ariko twizigire Imana izura abapfuye:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 1:9
20 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu yongera acira uwu mugani abishimira ukugororoka kwabo bagakengera abandi, ati:


Nk’uko Ivyanditswe Vyera bivuga ngo: “Kubera wewe, twama tugeramiwe n’urupfu umwanya wose; dufatwa nk’intama zijanywe kubagwa.”


Ni yo yadukijije ayo makuba yari kutwica, kandi ni yo izokwama idutabara. Muri yo ni ho twashize ivyizigiro vyacu kandi twizera ko izokwama idutabara.


Bene Data, twibaza ko mukwiye kumenya imibabaro twabayemwo muri Aziya. Twaciye mu makuba arengeye ayo twashobora kwihanganira, dutakaza ivyizigiro, gushika aho twibaza ko tutorokotse.


Ntitwibaza ko dushoboye gukora ikintu na kimwe ku bw’inkomezi zacu, ariko Imana ni yo idushoboza gukora vyose.


Ariko twebwe ubwacu tumeze nk’udukono tumeneka turimwo ubwo butunzi buhebuje. Ni co cerekana ko ubushobozi buhambaye bukorera muri twebwe buva ku Mana, atari kuri twebwe.


Aburahamu yiyumvira ko Imana ishobora kuzura Isaka, kandi mu buryo ngereranyo, yasubijwe Isaka nk’uwuvuye mu rupfu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ