2 Korinto 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Kandi nimba turiko turaca mu mibabaro, ni ukugira ngo mwirurwe mwongere muronke agakiza; nimba twiruwe, ni ukugira ngo namwe mwirurwe maze mushobore kwihanganira imibabaro isa n’iyo turiko turacamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Iyo tubabazwa, kuba ar’ ukugira ngo bibazanire ukwirurwa, bo n’agakiza: kand’ iyo twirurwa, kuba ar’ ukugira ngo bibazanire ukwirurwa nyene, guserukira mu kwihanganira imibabaro imwe n’iyo natwe tubabazwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |