2 Korinto 1:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ariko ibi ntibisigura ko tugomba kubaremera tubabwira ngo mushire ukwizera kwanyu mu ngiro. Dushaka gukorera hamwe namwe kugira ngo umunezero wanyu wuzuzwe, kuko ukwizera kwanyu ni kwo kuzotuma mushikama. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 S’uko tuganza ukwizera kwanyu, ariko dukorana namwe mu bibungura umunezero: kuk’ ukwizera ari kwo muhagazemwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |