2 Korinto 1:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Mu Mwana w’Imana Yesu Kristo, uwo twe na Silasi na Timoteyo twabigishije, ntiharimwo “Egome” na “Oya,” muri we ni “Egome” gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Umwana w’Imana Yesu Kristo, umwe twabigisha ivyiwe, twe na Siluwano na Timoteyo, ntiyar’ Ego, kandi ngw abe Oya; ariko muri we harimw’ Ego me. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |