Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Mbega nkibitegura sinari navyiyumviriyeko? Mbega nabaye nk’ab’isi bavuga “Egome” ariko mu mitima yabo ari “Oya”?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Nukw aho nagomba gukora ntyo, mbega narahindagurika? Cank’ ivyo ngabira, mbigabira mbgirijwe n’akameremere kanje, ngo nībūranye, nt’ Ego, ego, maze nt’ Oya, oya?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 1:17
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kubera ko Yosefu yari umuntu atunganye, yiyumvira ingene yomuheba mu mpisho, kuko atagomba kumutetereza mu bantu.


Muvuge ngo ‘ego’ iyo ari ego canke ‘oya’ iyo ari oya, ibindi vyose wongerako biba bivuye kuri wa mubi.


Mwebwe muca imanza nk’abantu, ariko jewe nta n’umwe ncira urubanza.


Iki ni co twishimira: nk’uko umutima wacu ubishingira intahe, twigenjeje neza mw’isi, na canecane muri mwebwe, mu kwezwa no mu kuri biva ku Mana, turongowe n’ubuntu bw’Imana, atari ubwenge bw’abantu.


Kandi kubera abandi bafise ivyo birata ivyo bakoze hano kw’isi nanje nogira ico nirata.


kumpishurira Umwana wayo kugira ngo nanje ndamumenyekanishe mu Banyamahanga; kandi ivyo bibaye, sinagishije inama umuntu n’umwe,


Nagiyeyo kubera ko Imana yari yampishuriye ko nkwiye kujayo. Nshitseyo, nabonanye mu mwiherero na bamwe mu barongozi b’ishengero b’imbere, ndabamenyesha Ubutumwa nigisha mu Banyamahanga. Nashaka kumenya neza ko igikorwa nakoze muri kahise n’ico ndiko ndakora ubu bitari ivy’ubusa.


Twaripfuje kuza iwanyu, kandi jewe Pawulo navyipfuje kenshi, ariko Satani aradutangira.


Ikirengeye vyose, bene Data, ntimukarahire ijuru canke isi canke ikintu cose kindi. Ico mukwiye kuvuga ni: “Ego” canke “Oya,” ikirenze ivyo ni ico kubatsindisha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ