2 Korinto 1:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Nari nateguye guca iwanyu ngiye i Makedoniya, nkongera nkahaca ngaruka, kugira mumfashe mu bikenewe ku rugendo rwanje nja i Yudaya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 no kubacako nja i Makedoniya, nkagaruka i wanyu mvuye i Makedoniya, ngo mumperekeze, munsezere neza nja i Yudaya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |