2 Korinto 1:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Kuko nari nzi neza ko mudutahura kandi mukatwizera, nari nateguye kubagendera kugira ngo mugirirwe ubuntu kabiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Kandi nk’uko nizigiye ivyo, nagira ngo nzobanza kuza i wanyu, ngo muhabge ubuntu ubugira kabiri, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |