2 Korinto 1:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 muzodutahura neza, n’aho mutadutahura neza ubu, ariko umusi Umwami Yesu azogarukirako, nk’uko natwe tubanezererewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 nk’uko mwatwemeye agace, yuko tur’ ivyirato vyanyu, nk’uko namwe muzoba ivyacu ku musi w’Umwami wacu Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |