Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 1:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Kuko mu makete yacu tubandikira ivyo mushobora gusoma no gutahura gusa. Nizera ko

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kukw ata bindi tubandikira, atar’ ivyo nyene musoma kandi mwemera, kandi nishimiye ko muzovyemera gushitsa kw iherezo,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 1:13
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye ntibashobora kumenya iyo ntara barimwo iyo ari yo, ariko babonye ahantu hari umusenyi ku nkengera y’ikiyaga, bafata ingingo yo gutumberezayo ubwato ngo babuhagarikeyo hamwe bibashobokeye.


Ni we azobaha gushikama gushika kw’iherezo, kugira ngo muzobe mutagira umugayo ku musi Yesu Kristo azogarukirako.


Kandi ndizera ko muzotahura ko tutananiwe no kwisuzuma nk’intumwa.


Ariko twahevye ibiterasoni vyose twakora twinyegeje; ntidukoresha ubugunge, ntitugoramika ijambo ry’Imana. Ahubwo tuvugira ukuri ahabona, kugira ngo abantu bamenye abo turi imbere y’Imana.


Nuko rero kuko tuzi ico ari co kwubaha Umwami, dukora ibishoboka ngo twemeze abantu. Ico turi kiragaragarira Imana, kandi nizera ko namwe kibagaragarira mu mitima yanyu.


Ndagusengera kugira ngo ukwizera dusangiye kwame ivyamwa, maze ubone gutahura ivyiza vyose dufise muri Kristo Yesu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ