2 Korinto 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ni yo yadukijije ayo makuba yari kutwica, kandi ni yo izokwama idutabara. Muri yo ni ho twashize ivyizigiro vyacu kandi twizera ko izokwama idutabara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 yadukijije urupfu rukomeye rurtyo, kand’ izodukiza; ni yo twizigira yukw izokwama irudukiza, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |