1 Yohana 5:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nimba twemera intahe ishinzwe n’abantu, intahe ishinzwe n’Imana yo irakomeye kurusha, kandi iyo ntahe yayishingiye Umwana wayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ko twemera intahe ishinzwe n’abantu, intahe y’Imana yo n’agaheta: kukw intahe y’Imana ar’ iyi, ar’ uko yashingiye intahe ivy’ Umwana wayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |