1 Yohana 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Ibi ndabibandikiye mwebwe mwizeye izina ry’Umwana w’Imana kugira ngo mumenye ko mufise ubugingo budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Ivyo ndabibandikiye, mwebge mwizeye izina ry’Umwana w’Imana, kugira ngo mumenye yuko mufise ubugingo budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |