1 Yohana 5:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Umuntu wese yizera Umwana w’Imana arazi mu mutima wiwe ko iyo intahe ari iy’ukuri. Ariko umuntu wese atizera Imana aba ayigize umubeshi, kuko atizeye intahe Imana yashingiye Umwana wayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Uwizera Umwana w’Imana ni we afise iyo ntahe muri we; ūtizera Imana aba ayigize umubeshi, kukw atemeye intahe Imana yashingiye Umwana wayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |