1 Yohana 5:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Umuntu wese yizera ko Yesu ari Kristo, uwo yavyawe n’Imana, kandi umuntu wese akunda uwo umuvyeyi, akunda n’abana biwe na bo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Uwemera wese yuko Yesu ari Kristo, ni we yavyawe n’Imana; kand’ umuntu wese akunda uwo Muvyeyi, akunda n’uwavyawe na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |