1 Yohana 4:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Uku ni ko Imana yatweretse urukundo rwinshi idukunda: yatumye umwana wayo w’ikinege mw’isi kugira ngo tugire ubugingo budashira ku bwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Iki ni co caseruye urukundo rw’Imana muri twebge, n’ukw Imana yarungitse Umwana wayo w’ikinege mw isi, kugira ngo duheshwe ubugingo na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |