1 Yohana 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Bakundwa, muze dukundane, kuko urukundo ruva ku Mana. Umuntu wese akundana yavyawe n’Imana kandi arayizi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Abo nkunda, dukundane: kuk’ urukundo ruva ku Mana. Umuntu wese akundana yavyawe n’Imana, kand’ azi Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |