1 Yohana 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Twebwe turi ab’Imana, kandi abazi Imana baratwumviriza; ariko abatari ab’Imana ntibatwumviriza. Uko ni ko dushobora gutandukanya umuntu afise Impwemu y’ukuri n’umuntu afise impwemu y’ibinyoma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Tweho tur’ abava ku Mana; ūzi Imana aratwumvira; ūtava ku Mana ntatwumvira. Ico ni co kitumenyesha impwemu y’ukuri n’impwemu izimiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |