1 Yohana 4:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Ariko mwebwe, bana nkunda, muva ku Mana kandi mwaranesheje abo bavugishwa b’ibinyoma, kuko Mpwemu aba muri mwebwe aruta impwemu iri mu b’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Mweho mur’ abava ku Mana, bana bato, kandi ba bandi mwarabanesheje: kuk’ Ūri muri mwebge aruta ūri mu b’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |