1 Yohana 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ariko umuntu avuga ko avugishwa n’Imana ariko ntiyature Yesu, uwo ntava ku Mana. Umuntu nk’uwo afise impwemu ya antikristo, uwo mwumvise ko azoza kandi aramaze gushika mw’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 kand’ impwemu yose itatura Yesu irtyo ntiba yavuye ku Mana: kand’ iyo mpwemu iba ar’ iya Antikristo, iyo mwumvise kw izoza, kandi n’ubu iramaze gushika mw isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |