1 Yohana 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Iki ni co cerekana ko bafise Mpwemu w’Imana: umuntu wese avuga ko avugishwa n’Imana, akemera ko Yesu Kristo yaje yambaye umubiri, uwo aba akoreshwa na Mpwemu w’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Iki abe ari co kibamenyesha Mpwemu w’Imana: impwemu yose yatura Yesu Kristo ko yaje afise umubiri, iba yavuye ku Mana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |