1 Yohana 4:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Kandi uko tuba mu Mana, urukundo rwacu rurushiriza kuba urwuzuye. Ivyo bituma tutazogira ubwoba ku musi w’imanza, kuko muri ino si tubayeho nk’uko Yesu Kristo yabayeho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ico ni co kimaze guhīngūra urukundo muri twebge, kugira ngo tuze dushire ubgoba ku musi w’amateka, kuk’ ukw ari, ari ko turi mur’ iyi si. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |