1 Yohana 4:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Turazi urukundo Imana yadukunze kandi twashize ivyizigiro vyacu mu rukundo rwayo. Imana ni urukundo. Umuntu wese aba mu rukundo aba mu Mana na yo ikaba muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Natwe twamenye kandi twizeye urukundo Imana idufitiye. Imana n’urukundo; kand’ ūguma mu rukundo aguma mu Mana, Imana ikaguma muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |