1 Yohana 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Vyongeye, twariboneye kandi turashinga intahe ko Data yarungitse Umwana wiwe kugira ngo abe Umukiza w’isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Natwe twarabibonye, tubishingira intahe, yuko Data wa twese yatumye Umwana wiwe kuba Umukiza w’isi yose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |