1 Yohana 4:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nta muntu n’umwe arabona Imana; ariko iyo dukundana, Imana iba muri twebwe kandi urukundo rwayo rwiyerekanira muri twebwe mu buryo busagutse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Nta wigeze kubona Imana. Dukundanye, Imana iguma muri twebge, no kuyikunda kuba guhīngūwe muri twebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |