1 Yohana 3:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Umuntu wese abandanya akora ivyaha ni uwa wa mubi, kuko uwo mubi yamye akora ivyaha kuva mu ntango. Ariko Umwana w’Imana yaje gusambura igikorwa ca wa mubi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Ūkora ivyaha n’uwa wa Murwanizi, kuk’ uhereye ubga mbere na mbere uwo Murwanizi yamye akora ivyaha. Icatumye Umwana w’Imana ahishurwa ngiki: n’ukugira ngw asangangure ibikorwa vy’Umurwanizi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |