1 Yohana 3:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Murazi ko Yesu Kristo yaje gukuraho ivyaha vyacu; kandi muri we nta caha kihaba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kandi murazi yuk’ uwo yahishuwe kugira ngw akūreh’ ivyaha, kand’ ata caha kiri muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |