1 Yohana 3:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Umuntu wese acumura aba arenze icagezwe n’Imana; kuko gukora icaha ni ukugarariza icagezwe n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Umuntu wese akora icaha akora ivy’ ubugarariji; kand’ icaha ni co mugararizo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |