1 Yohana 3:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Kandi ico tuyisavye cose irakiduha, kuko twitondera amabwirizwa yayo, tugakora ibiyihimbara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 kand’ ico dusaba cose tugihabga na yo, kuko twitondera ivyagezwe vyayo, tugakora ibishimwa imbere yayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |