1 Yohana 3:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Bakundwa, turi abana b’Imana, ariko uko tuzomera Kristo niyagaruka ntikuramenyekana. Ico tuzi n’uko tuzosa na we, kuko tuzomubona uko ari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Abo nkunda, none tur’ abana b’Imana, arik’ uko tuzomera ntikurahishurwa; ico tuzi, n’uko Yesu ni yahishurwa tuzosa na we, kuko tuzomurāba ukw ari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |