1 Yohana 3:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Bana nkunda, urukundo rwacu ntirukwiye kuba urwo mu majambo n’akarimi gasosa gusa; ahubwo rukwiye guserukira mu bikorwa no mu kuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Bana bato, ntidukundane mu majambo canke ku rurimi, ariko dukundane mu vyo dukora no mu kuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |