1 Yohana 3:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Iki ni co kitwereka urukundo ico ari co: Yesu Kristo yatanze ubuzima bwiwe ku bwacu. Natwe dukwiye gutanga ubuzima bwacu ku bwa bene Data bandi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Iki ni co kitumenyesha urukundo, n’uk’ uwo yatanze ubugingo bgiwe kubgacu: natwe dukwiye gutanga ubugingo bgacu kubga bene Data. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |