1 Yohana 3:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Umuntu wese yanka mwene Data wundi ni umwicanyi, kandi murazi ko ata mwicanyi yogira ubugingo budashira muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Uwanka mwene Data wundi n’umwicanyi; kandi murazi yukw ata mwicanyi yogira ubugingo budashira ngo bugume muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |