1 Yohana 3:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ntitukamere nka Kayini, yari uwa wa mubi akica umuvukanyi wiwe. Mbe ni kuki yamwishe? Ni kubera ibikorwa vya Kayini vyari bibi, ivya murumunawe bikaba ibigororotse. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 ntiduse na Kayini, yar’ uwa wa Mubi, akica murumuna we. Kand’ icatumye amwica n’iki? N’ukw ibikorwa vyiwe vyari bibi, ivya murumuna we bikaba vyiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |