1 Yohana 3:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ikitwereka abana b’Imana n’abana ba wa mubi ni iki: Umuntu wese adakora ibigororotse kandi ntakunde bene Data bandi si uw’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Iki ni co kimenyekanisha abana b’Imana n’abana b’Umurwanizi: ūdakora ibigororotse wese s’uw’ Imana, cank’ ūdakunda mwene Data wundi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |