1 Yohana 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Nimurabe urukundo Data yadukunze kugeza aho atwita abana biwe! Kandi koko turi bo! Igituma ab’isi batazi ko turi abana n’Imana ni uko batayimenye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Murābe urukundo uko rungana Data wa twese yatugiriye, ko twitwa abana b’Imana; kandi ni ko turi. Ni co gituma ab’ isi batatuzi, kuko batayimenye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |