1 Yohana 2:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Mwebwe, nimuzigame mu mitima yanyu ivyo mwigishijwe kuva mu ntango. Nivyagenda uko, namwe muzoguma mu Mwana no muri Data. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Mweho ico mwumvise uhereye mbere na mbere kigume muri mwebge. Ico mwumvise uhereye mbere na mbere ni caguma muri mwebge, namwe muzoguma mu Mwana no muri Se. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |