1 Yohana 2:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Kuko Kristo ubwiwe yitanze nk’ikimazi kugira ngo duharirwe ivyaha vyacu, kandi si ivyacu gusa, ahubwo ni ivy’abari mw’isi bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 kand’ uwo ni we mpongano y’ivyaha vyacu, mugabo s’iy’ ivyacu twenyene, ariko n’iy’ ivy’ abari mw isi bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |