1 Yohana 2:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Bavuye muri twebwe, ariko mu vy’ukuri ntibari abacu. Kuko iyo baba abacu, bari kugumana natwe. Ukugenda kwabo kwerekanye ko ata n’umwe muri bo yari uwacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Bavuye muri twebge, ariko ntibar’ abacu: iyo baba bar’ abacu, baba baragumanye natwe: arikw icatumye batuvamwo kwar’ ukugira ngo bahinyuke bose kw atar’ abacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |