1 Yohana 2:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Bana nkunda, iki ni igihe ca nyuma. Mwarumvise ko antikristo agiye kuza, kandi ba antikristo benshi baramaze guseruka. Iki ni co kitwemeza ko turi mu gihe ca nyuma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Bana bato, ubu n’igihe c’iherezo: kandi nk’uko mwumvise yuko Antikristo azoza, n’ubu hamaze guseruka ba Antikristo benshi: ni co gitumye tumenya kw ar’ igihe c’iherezo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |