1 Yohana 2:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ibintu vyose biri mw’isi, kwaba ukwipfuza ibinezereza umubiri, ukwipfuza ivyo amaso abona canke ukwishimira ubutunzi, ivyo vyose ntibiva kuri Data, ariko biva muri iyi si. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Kukw ikiri mw isi cose ar’ ivyifuzo vy’umubiri, n’ivyifuzo vy’amaso, n’ubgibone bg’ubu bugingo, bitanduruka kuri Data wa twese, ariko vyanduruka mw isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |