1 Yohana 2:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ariko umuntu wese yanka mwene Data aracari mu mwijima kandi agendera muri wo. Ntazi iyo aja, kuko umwijima wamuhumishije. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arik’ uwanka mwene Data wundi ari mu mwiza, kand’ agendera mu mwiza, ntazi iy’ aja, kuk’ umwiza wamuhumishije amaso. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |