1 Yohana 2:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bana banje nkunda, ndabandikiye ibi kugira ngo ntimukore icaha. Ariko bishitse umuntu agacumura, turafise uwutuburanira imbere ya Data: ni Yesu Kristo Umugororotsi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Bana banje bato, mbandikiye ivyo kugira ngo ntimukore icaha. Kandi ni hagira umuntu akora icaha, dufise Umwitsa kuri Data wa twese, ni Yesu Kristo umugororotsi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |