1 Yohana 1:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Imana ni iyo kwizigirwa kandi iragororotse. Iyo twatuye ivyaha vyacu, irabiduharira ikatweza ibibi vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ni twatura ivyaha vyacu, ni yo yo kwizigirwa kand’ igororoka, ivyo ni vyo bituma iduharira ivyaha vyacu, ikatwoza ukugabitanya kwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |