1 Yohana 1:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ariko nimba tugendera mu muco, nk’uko Imana na yo iri mu muco, aho tuba dufatanije, kandi amaraso ya Yesu, Umwana wayo, atwoza ivyaha vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ariko tugendeye mu muco, nk’uko na yo iri mu muco, tuba dufatanije ubgacu, kand’ amaraso ya Yesu Umwana wayo atwoza icaha cose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |