1 Yohana 1:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nimba tuvuga ko dufatanije na yo ariko tukagendera mu mwijima, turi ababeshi kandi ntidukora ivy’ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Tuvuze yuko dufatanije na yo, tukagendera mu mwiza, kuba ar’ ukubesha, ntituba dukora ivy’ ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |